Scroll to Top

CAN 2019: Denis Bouanga ntazokina mu rukino rwa Gabon n’Uburundi.

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 31 Aug 2018 09:05 AM / /

Umusatirizi w’igihugu ca Gabon, Denis Bouanga akinira umugwi wa Nimes mu gihugu c’Ubufaransa mu cicaro  ca mbere, ntagikinye mu rukino ruzohuza Uburundi na Gabon kw’igenekerezo rya 8 Nyakanga mu gisagara ca Libreville.

Uno musore wa Nimes, akaba yavunikiye ukuboko mu myimenyerezo kuri uno wa gatatu, akaba yaciye abagwa, ivyatumye umugwi wiwe umenyesha ko agiye kumara igihe atari mu kibuga.

Denis Bpuanga akaba ari umwe mu bakinyi bakomeye bari batumnweko n’umumenyereza w’igihugu ca Gabon, kugira baze nahure n’Uburundi.

 

5,044 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment