Scroll to Top

CAN2019: Urutonde rw’abakinyi b’intamba mu rugamba bagiye gukina inkino zibiri mpuzamakungu.

By Alain Muhirwe / Published on Saturday, 01 Sep 2018 01:46 AM / /

Umugwi nserukiragihugu w’intamba mu rugamba, ufise inkino zibiri mpuzamakungu, harimwo rumwe rwa kivandimwe hamwe n’urundi tw’ukurondera itike y’igikombe ca Afrika ku migwi nserukirabihugu c’umwaka wa 2019.

Ku munsi w’ejo w’igenekerezo rya 2 Nyakanga, intamba mu rugamba bazokwakirwa na Ethiopia mu rukino rwa kivandimwe. Ku wa gatandatu uza naho, Uburundi buzokwakirwa na Gabon mu rukino rwa CAN 2019, mu rukino rw’indwi ya kabiri mu kurondera itike y’ukuja mu gihugu ca Cameroun mu mwaka uza.

Umumenyereza Alain Olivier Niyungeko  yatororanije abakinyi 22, azokinisha muri izo nkino uko ari zibiri.
1)Nahimana jonathan
2)Ntibahezwa Dieudonné
3)Nsabiyumva frederic
4)Moussa omar
5)Nshimirimana David
6)Nduwarugira christophe
7)Harerimana Rachid Leon
8)Nizigiyimana Abdoul Karim
9)Ngando Omar
10)Bigirimana Gael
11)Duhayindavyi Gael
12)Nahimana Shasiri
13)Mustafa Francis
14)Muryango Mabano
15)Ndikumana Tresor
16)Kwizera Pierre
17)Abdoulrazak  fiston
18)Saido Berahino
19)shabani Hussein
20)Amissi cedric
21)Shaka Bienvenu
22)Ndarusanze Jean Claude

Umumenyereza mukuru :Niyungeko Alain Olivier.

Umumenyereza w’icgera: Ntakagero omar
Umumenyereza w’abanyegoli: Niyonkuru Vladmir

Bamwe mu  bakinyi bakaba bategekanya kuva hano mu gisagara ca Bujumbura kuri uyu wa gatandatu, mu gihe abandi bakinyi basanzwe bakina mu mahanga ya kure bazohurira mu gisagara ca Addis Abeba.

6,434 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment