Scroll to Top

Habingingo Francis yoba aronderwa n’imigwi ya hano mu karere.

By Alain Muhirwe / Published on Monday, 03 Sep 2018 10:11 AM / /

Habingingo Francis yoba ariko  arondewa n’imigwi ibiri ikomeye hano mu ka rere ka Afrika y ‘Ubuseruko.

Nk’uko bishikirizwa n’ikinyamakuru ruhagoyacu co mu gihugu c’Urwanda, aho uno mumenyereza w’Umurundi asanzwe amenyereza umugwi wa Mukura, Victory Sports, bashikiriza ko uno mumenyereza yoba aronderwa na AS Kigali yo mu Rwanda hamwe na Vipers yo mu gisagara ca Kampala.

Fancis batazira Mbaya aherutse guha igikombe c’amahoro Mukura Victory Sports igikombe c’amahoro, inyuma y ‘imyaka irenga 2o,  akaba asigaje umwaka umwe mu masezerano afitaniye n’uwo mugwi.

Nk’uko ico kinyamakuru kibandanya kibivuga kimenyesha ko yoba ari mu gihugu c’Ubuganda kuganira na Vipers nayo imaze gusinyisha abakinyi babiri, b’abarundi Thomson Ndizeye na Mutombo Fabien bahora mui LLS4A.

19,773 total views, 0 views today

Add Comment