Scroll to Top

Uku Niko inkino za Primus league zagenze ku ndwi ya 6

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 12 Sep 2018 10:04 AM / /

Kuva kuri uyu Wa kabiri waraye uheze,igenekerezo rya 11 na 12  Nyakanga, ihiganwa rya Primus league ryaraye ribandanije Ku ndwi ya 6 Ku migwi imwe imwe.

Flambeau de l’Est yatsinze Olympic Star ibitsindo 2 kuri 1. Flambeau du Centre nayo inganya na Rukinzo 0 Ku 0.

Ngozi City na les lierres co kimwe na   Messager y’I Bujumbura na Vitalo FC zanganije igitsindo 1 kuri 1.

Musongati Fc yatsinze umugwi buja city ibitsindo 2 kuri 1.

Kayanza United itsindwa na Bumamuru Fc igitsindo 1 Ku 0.

Athletico Olympic itsindwa na Messager Ngozi ibitsindo 2 kuri 1

Aigle Noir itsinda LLBS4A ibitsindo 2 Ku 0.

7,991 total views, 0 views today

Add Comment