Scroll to Top

#indundi Sports| Hakizimana Issa Vidic yahawe amasezerano muri Police Fc

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 12 Sep 2018 10:24 AM / /

Umukinyi w’inyuma w’Intamba mu rugamba ndetse yahoze akina mu mugwi Wa LLBS4A umwaka uheze , Hakizimana issa batazira Vidic , yamaze guhabwa amasezerano mashasha yo gukinira Umugwi Police Fc w’icicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda .

Haraciye indwi zibiri uyo mukinyi w’inyuma Wa LLBS4A ashize umukono Ku masezerayo y’imyaka ibiri (2) yo gukinira uyo mugwi Wa baporise bo mu gihugu c’Urwanda .

Hakizimana Issa Vidic yakuriye mu mugwi Edu Sports wari umugwi usanzwe utwarwa n’umumenyereza Okoko Godefroid , inyuma yaho aca mu mugwi Nile Olympic Fc yo mu cicaro ca kabiri , akinira Vital’O Fc hamwe na LLBS4A yari asanzwe akinamwo umwaka uheze.

9,098 total views, 0 views today

Add Comment