;
Scroll to Top

#diaspora | Marembo agiye gusohora akandi karirimbo

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 02 Oct 2018 03:26 AM / No Comments / 423 views

Inyuma yako akoranye na Divin, Marembo agiye gusohora ako yikoranye, Mwenyura.

Imisi iharurwa Ku ntoke ngo Marembo asohore akaririmbo gashasha, ako kakaba kitezwe kuri uyu wa 18/10.

Uwo muririmvyi abarizwa muri leta zunze ubumwe za Amerika, akaba avuga ko Ako karirimbo kamaze n’ugukorerwa amasanamu. Ayo akaba amaze gusohoramwo agace.

Ako karirimbo kakaba kazitwa “Mwenyura”, ako kakazoba gasohotse inyuma y’ako yakoranye na mugenziwe Divin, Romantic.

3,872 total views, 0 views today

Tagged as: