Scroll to Top

Davy Carmel yashize impuzu y’igiti mu ruhererekane yashize ahabona

By KING YANN COOL / Published on Monday, 08 Oct 2018 11:47 AM / /

Inyuma y’uruhererekane rw’impuzu yaheruka gushira ahabona haraheze imisi, Davy Carmel yasubiriye kandi gushira ahabona Urundi ruhererekane rw’impuzu.

 

 

View this post on Instagram

 

A post shared by Davy-carmel Ingabire (@davykarmel) on

Nkuko biboneka Ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, uwo mumenyeshamakuru akaba umunyamideri eka n’umuririmvyi, yatanguye kwerekana urwo rundi ruhererekane (collection).

Urwo nkuko twabashije kuhibona, rurimwo impuzu zirimwo izifise impuzu y’igiti, ikidakunze kuboneka mu banyamideri ba hano iwacu. Izo mpuzu zikaba zishobora kwambarwa Ku manza zose.

 

View this post on Instagram

 

A post shared by Davy-carmel Ingabire (@davykarmel) on


Davy muri ino myaka 2 gusa uwa 2017 n’uwa 2018 akaba amaze gukora amahayanishwa Atari make I Kigali, akongera akambika abantu batari bake banamenyekanye barimwo Fortran Bigirimana aho aheruka gukorerayo igiteramo.

Gushika ubu amakuru dukesha abari I Kigali nuko Davy Carmel afise inzu adandarizamwo izo mpuzu ziri mu gace kitwa Kacyiru I Kigali.

 

View this post on Instagram

 

A post shared by Davy-carmel Ingabire (@davykarmel) on

23,853 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment