Scroll to Top

Ababa Uganda bagiye kandi kubona Big Fizzo

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 11 Oct 2018 00:32 AM / /

Big Fizzo agiye kwerekeza muri Uganda mu giteramo citiriwe Buja Night.

Mu gihe yaragize igihe abarizwa I Bujumbura, akahakora ibiteramo bitari bike. Big Fizzo buca yerekeza muri Uganda kuhakorera igiteramo.

Ico giteramo kizoba mu kwezi kw’10 igenekerezo rya 20. Kikaba citiriwe Buja Night, ukwinjira akazoba ari ubuntu.

 

Mukibuka ko muri Uganda yaramaze kujayo akatari gake gukorerayo ibiteramo. Ivyo twabashije kumenya ni ibitegurwa hagati y’abarundi n’abanyarwanda “Rwanda-Burundi Night” canke agiye gufasha abaririmvyi bari muri Decent Entertainment ya Muyoboke, Charly na Nina hamwe DJ Pius.

3,822 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment