Scroll to Top

Olivier Mutombora yaraye akorewe isabukuru n’abakinyi biwe

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 11 Oct 2018 02:44 AM / /

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 10 Gitugutu, igihe Umugwi w’Intamba mu rugamba wariko urafungura mu nzu y’abahita – Hotel- washikiyemwo; abakinyi b’intamba mu rugamba ndetse na Staff yose bakoreye isabukuru ry’amavuko Umumenyereza w’Intamba mu rugamba , Olivier Niyungeko. Ico igikorwa akaba ataco yarazi.

Olivier Niyungeko akaba yakwije imyaka 48 y’amavuko kuko yavutse igenekerezo rya 10/10/1970. Uyu akaba afise impamyabushobozi ya CAF bita Licence A.
Imirwi itari mike yo mu cicaro ca 1 n’ica 2 nka Athletico Olympic , Flamengo Fc, Union Sporting , Les lierres, LLBS4A hamwe na Flambeau de l’Est iramuzi kuko yarayimenyereje. Aho hakaba hari imbere yuko aba umumenyereza w’Intamba mu rugamba.

6,783 total views, 0 views today

Add Comment