Scroll to Top

Natacha azoteramisha abafaransa n’abataliyano vuba cane

By KING YANN COOL / Published on Friday, 12 Oct 2018 00:00 AM / /

 

Natacha agiye guteramisha aba taliyano co kimwe n’abafaransa bitarenze uku kwezi kw’10 nyene.

Ngendabanka Natacha Ku musi w’ejo niho yafata indege aherukejwe n’umushingantahe wiwe. Bose bakaba bari berekeje mu butariyano aho yitezwr gukorera igiteramo.

Ico giteramo kizoba kuri uyu wa 15/10 kikaba kizoca gikurikirwa n’ikindi kizobera mu bufaransa, ahitwa Lile. Ico kikaba kizoba igenekerezo rya 20/10 nyene.

Ivyo biteramo 2 bikaba biteguwe inyuma y’uruhererekane rw’ibiteramo yakoreye hano iwacu. Ivyo bikaba vyamushikanye mu ntara zitandukanye z’igihugu c’Uburundi.

3,960 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment