Scroll to Top

#Burundi| Ikimenyeshamakuru “ikiriho” cabaye kirahagarikwa na Parike.

By Indundi Staff / Published on Friday, 12 Oct 2018 04:10 AM / /

Nkuko tubibona mu ngingo yafashwe n’Umushikirizamanza mukuru wa Republika,uno musi nyene,  i numero 552/10/700/SN/2018, ico kinyamakuru cafatiwe ingingo y’uguhagarikwa mu kiringo kitamenyeshejwe.

Imvo rero yatumye ico kimeshamakuru gihagarikwa , nk’uko iyo ngingo nyene ibivuga, ngo ni iyijanye n’amatohoza asanzwe ariko arakorwa muri Parike Nkuru ya Republika, ari muri dossiye numero RMP799/NS.

twokwibutsa y’uko ico kinyamakuru gisanzwe gitanga amakuru menshi y’ikibiriraho kandi kikaba cakorera na canecane ku  rubuga ngurukanabumenyi “twitter”.

 

6,282 total views, 0 views today

Add Comment