Scroll to Top

#Indundi Hits Show| Guest:GN LFLS

By king epimax / Published on Thursday, 01 Nov 2018 11:32 AM / /

Mu kiganiro Indundi Hits Show umuririmvyi   w’umurundi GN LFLS asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana mumidiho itandukanye avugako naho yoba afise  ubusage  igikuru n’ubutumwa atanga mundirimbo ziwe ngo ntibarabe ukwari ahubwo binjire mururirimbo aba yakoze bumve ubutumwa buba burimwo batarinze kumuraba ukwari.Ivyakora ninka Yesu  abayabifatiye umwanya ukwiye kumu kiristu.

kururirimbo aheruka gushira ahabona yise SHETANI MVINYUMA arasigura ubutumwa burimwo nicatumye yandika ugo ruririmbo ido nido kwirikirana aha musi ikiganiro

15,252 total views, 0 views today

Add Comment