;
Scroll to Top

Primus League : uko imigwi igiye guhura kundwi ya 14

By Janvier Nzokurigomba / Published on Friday, 02 Nov 2018 08:24 AM / No Comments / 263 views

Kuva kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 03 na 04 Munyonyo , ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya ku ndwi ya 14. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 03 Munyonyo hategekanijwe inkino zikurikira:

– Ku kibuga c’Urukundo isaha icenda 15h Ngozi City izokwakira Messager Bujumbura .

– Ku kibuga c’Ingoma kiri mu Ntara ya Gitega isaha indwi n’igice 13h30 Flambeau de l’est izokwakira Bujumbura city.

– ku kibuga c’ingoma kiri mu Ntara ya gitega isaha icenda n’igice 15h30 Umugwi Flambeau du Centre uzokwakira Kayanz United .

– Ku kibuga c’Umuco kiri mu Ntara ya Muyinga Isaha icenda 15h Umugwi Olympic Star uzokwakira Umugwi Athletico Olympic .

– Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha Icumi 16h Umugwi Vital’o Fc uzokwakira Umugwi Musongati Fc .

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Munyonyo hazokinwa inkino zikurikira :

– Ku kibuga c’Urukundo kiri mu Ntara ya Ngozi umugwi Messager Ngozi uzokwakira Umugwi Bumamuru Fc.

– Ku kibuga c’Ingoma kiri mu Ntara ya Gitaga Umugwi Aigle Noir uzokwakira Umugwi Les lierres.

– Ku kibuga Citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore Umugwi LLBS4A uzokwakira Umugwi Rukinzo Fc.

12,131 total views, 0 views today