Scroll to Top

Basketiball coupe du President: ihiganwa rigiye kubandanya 

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 09 Nov 2018 01:34 AM / /

Kuri uyu wa Gatandatu w ‘igenekerezo rya 10 Munyonyo(11)umwaka wa 2018 , ihiganwa ry’igikombe c’umukuru w’igihugu  muri Basketball catunganijwe na FEBABU yifadikanije na Raising Generation kumwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu rigiye kubandanya Ku bahungu co kimwe no ku kubigeme.

Izi nizo nkino zitegekanijwe kuwa gatandatu  uku gukurikira

 

–  Isa sita (12h00) Dynamo ikazohura na Bururi ( mu  Rumonge)

 

–  Isa sata 12h00 * Urunani ruhure na Rutana (  mu Rutana)

 

–  Isasita (12h00) New Star ihure na Friend Team ( I ngozi)

 

– Isasita nyene Mwaro Vs Cankuzo ( I gitega)

 

– Isaha ya gatanu (11h00) *  Gymkana ihure n’ Imbeya ( I mwaro)

 

–  Isaha y’ umunani (14h00) Target ihure na Les Messager BBC ( I ngozi)

 

Inkino z’abigeme zizokinwa kuwa gatandatu igenekerezo rya 10/11/2018

 

– Isaha y’ indwi (13h00) * Berco Star ihure na Rumuri ( Department )

 

–  Isaha y’indwi  (13h00) Aigles Noir ihure na Young Sisters ( Parquet )

– isaha y’indwi nyene  (13h00) * Les Gazelles ihure na Gitega Bulls ( I Mwaro)

2,685 total views, 0 views today

Add Comment