Scroll to Top

Ndayiragije Etienne yahawe agashimwe yatsindiye

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 12 Feb 2019 02:12 AM / /

Umumenyereza w’Umurundi Etienne Ndayirangije yahawe agashimwe yatsindiye Ku mumenyereza mwiza yaranze ukwezi kwa Nzero.

Mu gatondo co kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Nzero umwaka wa 2019 niho ummenyereza w’Umurundi niho yahabwa agashimwe k’umumenyerereza mwiza w’ukwezi kwa nzero mw’ihiganwa ryo muri Tanzania VPL ( Vidacom Premier League ).

Ako agashimwe kakaba kaherekejwe n’umuriyoni w’amafaranga yama Tanzania agahawe n’ishirahamwe Biko Sports rifasha ihiganwa ryo muri Tanzania . Mukamenya ko Etienne Ndayiragije asanzwe amenyereza umugwi KMC Fc uri mu cicaro cambere mw’ihiganwa ryo muri Tanzania .

Add Comment