Scroll to Top

Primus league : uki Niko inkino zose zindwi ya 17 zagenze

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 10 Dec 2018 04:47 AM / /

Kuva kw’igenekerezo rya 8 na 9 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi ya 17 .

Uku Niko imigwi yose yatsindanye:

Aigle Noir itsinda Buja city ibitsindo 3 kuri 1.

Les lierres yanganije na Musongati Fc 0 Ku 0.

Ngozi city Itsinda Flambeau de l’est igitsindo 1 Ku 0.

Bumamuru itsindwa na Olympic Star ubitsindo 2 kuri 1.

Messager buja itsinda LLBS4A ibitsindo 2 kuri 1.

Flambeau du centre itsinda Vital’o Fc igitsindo 1 Ku 0.

Kayanza United itsindwa na Messager Ngozi igitsindo 1 Ku 0.

Rukinzo itsinda Athletico Olympic ibitsindo 2 Ku 0.

Imigwi ikaba isumba sumbana amanota uku gukurikira.

1) Aigle Noir : ifise amanota 44

2) Musongati Fc : ifise amanota 38

3) Buja city : ifise amanota 27

4) Ngozi city : ifise amanota 25

5) Les lierres : ifise amanota 23

6) Vital’o Fc: ifise amanota 22

7) Flambeau de l’Est : Ifise amanota 21

8) Rukinzo Fc: Ifise amanota 21

9) Bumamuru Fc: ifise amanota 20

10) LLBS4A : ifise amanota 19

11) Messager Ngozi : Ifise amanota 19

12) Kayanza united : Ifise amanota 17

13) Olympic Star : Ifise amanota 17

14) Athletico Olympic : Ifise amanota 16

15) Flambeau du Centre : Ifise amanota 16

16) Messager Buja : Ifise amanota 11

Add Comment