Scroll to Top

Primus league : Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 27

By Radjabu Bosingwa / Published on Sunday, 10 Mar 2019 13:56 PM / /

Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi ya 27 kuva kuri uyu wa gatandatu waraye uheze igenekerezo rya 09 gushika kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 10 Ntwarante umwaka w’2019.

Uku Niko imigwi yatsindanye :

  • Flambeau du Centre yatsinzwe na Bumamuru Fc ibitsindo 3 kuri 2
  • Flambeau de l’est itsinda Athletico Onlympic ibitsindo 2 kuri 1
  • Aigle Noir itsindwa na Rukinzo Fc ibitsindo 2 ku 0
  • Vital’o Fc itsinda Kayanza United ibitsindo 2 kuri 1
  • Buja City yanganije na Messager Ngozi ubusa ku bundi
  • Musongati Fc itsinda Messager Buja igitsindo 1 ku 0
  • Les lierres Fc itsinda Olympic Star ibitsindo 3 kuri 2
  • Nayo Ngozi City inganya 0 ku 0 na LLBS4A.

Add Comment