Scroll to Top

Umwe mu banyonzi b’ikinga yitavye Imana

By Janvier Nzokurigomba / Published on Wednesday, 13 Mar 2019 15:40 PM / /

Umunyozi w’ikinga akomeye cane yitwa Museveni yaraye yitavye Imana vyandurutse kw’isanganya ryaraye ribereye mu rutegama mu ntara ya Muramvya.

Museveni nk’uko benshi bamutazira yari umwe mu banonotsi bakunda ikinga benshi bakaba bamwibukira mu mahiganwa atandukanye na cane cane iryaheruka guhuza imirwi yo gusiganwa n’amakinga kw’ibarabara “chaussé d’Uvira” hakaba haserutse imirwi nka club Rayon circle na Club Ntusiga .

Indundi Sport ikaba ihojeje umuryango wa Museveni.

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment