Scroll to Top

PND2018-2027 : Uburyo bukenewe ngo nta nkeka buzoboneka (Video)

By Janvier Nzokurigomba / Published on Saturday, 16 Mar 2019 09:56 AM / /

Mu kiganiro c’abavugizi b’inzego cama kiba uko amezi atatu aheze, kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante caramutse kibera ku murwa mukuru w’intara ya Mwaro neza na neza kw’ishure ryisumbuye rya Mwaro, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta yishuye ku kibazo kijanye n’ahazova uburyo bw’umugambi w’iterambere ry’igihugu wo mu mwaka w’2018 ushira umwaka w’2027, uburyo burenga imiriyaridi ibihumbi mirongo ibiri.

Ido n’ido umviriza aha musi :

Add Comment