Scroll to Top

UEFA Champions League: Uko imigwi yaraye itsindanye

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 13 Dec 2018 01:02 AM / /

Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 12 Kigarama umwaka wa 2018 ihiganwa ry’iburayi UEFA champions league ryaraye ribandanije ku migwi yari isigaje inkino zimwe zimwe mw’itsinda.

Uku niko baraye batsindanye:

  • Manchester City yaraye itsinze Hofdenheim ibitsindo 2 kuri 1
  • Valencia yaraye itsinze Manchester United ibitsindo 2 kuri 1.
  • Real Madrid yaraye inyagiwe na CSKA Moscow ibitsindo 3 Ku 0

-Young boys yaraye itsinze Juventus ibitsindo 2 kuri 1

  • Ajax Amsterdam yaraye inganije na Bayern Munich ibitsindo 3 kuri 3
  • Victoria Pizen yaraye itsinze As Roma ibitsindo 2 kuri 1
  • Benfica yaraye itsinze Aek Athens igitsindo 1 Ku 0

-Shakhtar Donetsk yaraye inganije na Lyon igitsindo 1 kuri 1

Add Comment