Scroll to Top

Primus league : Uku niko batsindanye kundwi ya 28

By Radjabu Bosingwa / Published on Sunday, 31 Mar 2019 16:03 PM / /

Ihiganwa rya Primus league ryabandanije kundwi ya 28 yaryo kuva kuri uyu wa gatandatu waraye uheze no kuri uyu w’Imana.

Uku nko kmigwi yatsindanye:

  • Kayanza united yatsinzwe na LLBS4A ibitsindo 2 Ku 0
  • Bumamuru Fc inganya na Athletico Olympic igitsindo 1 kuri 1
  • Vital’o Fc yatsinzwe na Rukinzo Fc igitsindo 1 Ku 0
  • Ngozi City itsindwa na Flambeau du Centre ibitsindo 2 kuri 1
  • Buja City inganya na Musongati Fc igitsindo 1 kuri 1
  • Olympic Star inganya na Flambeau de l’est 0 Ku 0
  • Messager Ngozi Fc inganya na Aigle Noir 0 Ku 0
  • Les lierres itsinda Messager Bujumbura ibitsindo 3 kuri 1

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment