Scroll to Top

CAN U 20| haraye hamenyekanye umurwi Uburundi burimwo

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 14 Dec 2018 04:28 AM / /



Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Kigarama umwaka wa 2018 , niho haraye hatowe ijonjora ry’uko imigwi izohura mu gikombe ca CAN U 20 izobera muri Niger mu ntango z’umwaka buca dutangura mu kwezi kwa 2 igenekerezo rya 17 Ruhuhuma umwaka wa 2019.


Hakaba haraye hamenyekanye itsinda u Burundi burimwo, Itsinda A, bukaba buri kumwe na Niger , Africa y’epfo, Hamwe na Nigeria .
Mw’itsinda rya B naryo hakaba hari nk’imigwi nka Burkina Faso, Ghana , Mali hamwe na Senegal.
Imigwi iri mw’itsinda A ikazokinira mu gisagara gikuru ca Niamey , mugihe itsinda rya B naryo ikaba izokinira mu gisagara ca ┬áMaradi .

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Kigarama umwaka wa 2018 , niho haraye hatowe ijonjora ry’uko imigwi izohura mu gikombe ca CAN U 20 izobera muri Niger mu ntango z’umwaka buca dutangura mu kwezi kwa 2 igenekerezo rya 17 Ruhuhuma umwaka wa 2019.

Hakaba haraye hamenyekanye itsinda u Burundi burimwo, mw’tsinda A, bukaba buri kumwe na Niger , Africa yepfo, hamwe na Nigeria .

Mw’itsinda rya B naryo hakaba hari nk’imigwi nka Burkina Faso, Ghana , Mali hamwe na Senegal. Imigwi iri mw’itsinda A ikazokinira mu gisagara gikuru ca Niamey , mugihe itsinda rya B naryo ikaba izokinira mu gisagara ca Maradi .

Add Comment