Scroll to Top

CAN2019 : Uburundi mw’itsinda rimwe na Nigeria

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 12 Apr 2019 13:31 PM / /

Umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba uri mw’itsinda rimwe na Nigeria .

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Ndamukiza umwaka wa 2019 mu gisagra ca Misiri Egiputa niho hatorwa ukuntu imigwi izohura mu nkino za CAN2019, Uburundi bukaba bwatomoje kuba mw’itsinda B kumwe n’imigwi ya Nigeria , Madagascar hamwe na Guinea.

Uku niko imigwi isangiye amatsinda :

Itsinda A:

1)Egypt
2) Dr Congo
3)Uganda
4) Zimbabwe

Itsinda B

1) Nigeria
2) Guinea
3) Madagascar
4)Burundi

Itsinda C:

1) Senegal
2)Algeria
3)Kenya
4) Tanzania

Itsinda D:

1)Morocco
2)Cote d’ivoir
3)South Africa
4)Namibia

Itsinda E:

1) Tunisia
2)Mali
3)Mauritania
4)Angola

Itsinda F:

1) Cameron
2)Ghana
3) Benin
4)Guinea Bissau

Tagged as:

Add Comment