Scroll to Top

Ubugeni bwa Hirwa na Arlene bwagenze neza bwitabwa na benshi.

By arsene Bucuti / Published on Monday, 03 Mar 2014 00:38 AM / /

Urukundo rwabo rwatanguye tudakekeranije hagati ya 2007 na 2009,Hirwa Blaise akinira Urunani muri basket numurwi nserukiragihugu,akankina na Handball muri Intwari mugenziwe Arlene Akimana akinira Berco Stars ,aririmba muri Seraphims song akanaba manequin muri Agence Babe,abo babiri bubatse urwabo kuruyu wa gatandatu 1 Mars 2014.

hirwa

Hirw numwe mubakinyi ngenderwako murunani yawufashije gutwara ibikombe vyinshi harimwo bibiri vya zone 5.

hiInsolite yamushikiye igihe yakuwe iimayo numukinyi wumunyamerika muri And1.

andTugarutse kumupfasoni wiwe Arlene Akimana yarafashije Berco gutwara ibikombe yaranatwaye igikombe ari capitaine wa Lycce central st Gabriel,yamana nabakinyi bakinana muri Berco nkuko ifoto ibitwereka.

indundui

berco amakara  Yaraserukiye uburundi muri mannequinat……muri congo BRAZZA,Ouganda na Kenya…rabe ifoto yiwe,baraba amakara ntibabe urubeya,benshi baribaza yuko bagiye guhagarika ivyo gukina,ariko vuba muzomenya inkuru yimvaho.

man

 

 

 

Categories : Basketball Burundi Sports

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel