Home abakinyi bakina hanze Elvis Kamsoba ku rutonde rw'abakinyi 28 b'intamba bagiye kwitegurira CAN2019

Elvis Kamsoba ku rutonde rw’abakinyi 28 b’intamba bagiye kwitegurira CAN2019

Umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 28 b’intamba mu rugamba bagiye kwitegurira inkino za CAN 2019 zigiye kubera muri Egypte.

Kuri urwo rutonde duhasangamwo Elvis Kamsoba umusatirizi akina mu gihugu ca Australia mu mugwi Melbourne Victory , Bembo Leta Joel yahora akina mu mugwi Bangor City muri Pays de Galles, Delanys Valentin adelin akina mu Bufaransa mu cicaro ca gatatu mu mugwi Tarbes Pyrénées Fc n’abandi.

Aba nibo bakinyi 28 b’intamba mu rugamba bahamagawe :

  1. NAHIMANA Jonathan
  2. NDIKUMANA Justin
  3. ARAKAZA Mac Arthur
  4. RUKUNDO Onésime
  5. Moussa Omar
  6. NDUWARUGIRA Christophe
  7. NIZIGIYIMANA Abdoul Karim
  8. HARERIMANA Rachid Léon
  9. NSABIYUMVA Frédéric
  10. NGANDO Omar
  11. NSHIMIRIMANA David
  12. DELANYS Valentin Adelin
  13. BEMBO Leta Joel
  14. KWIZERA Pierre
  15. BIGIRIMANA Gaël
  16. NDAYISHIMIYE Youssouf
  17. DUHAYINDAVYI Gaël
  18. NAHIMANA Shassiri
  19. SABUMUKAMA Enock
  20. SHABANI Hussein
  21. AMISSI Mohammed
  22. NDIKUMANA Yamini Selemani
  23. AMISSI Cédric
  24. MUSTAFA Francis
  25. BERAHINO Saido
  26. Abdoul Fiston
  27. MAVUGO Laudit
  28. KAMSOBA Elvis

Facebook Comments

Most Popular

# Indundi Sports |Gitega| Urukino rwambere rwinjiza amafaranga menshi

Mu kiganiro Indundi TV yakoranye  n'uwurongoye na Musongati Fc, Honorable Denis Karera, kuvyerekeye kahise kiwe k'umupira w'amaguru, ndetse n'ingene biteguriye urukino rwanyuma( Finale )rw'igikombe...

Abiyamamariza amatora y’abakenguzamateka basabwa gukurikiza amategeko

Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora...

Bataravye neza, Sat-b ngo azonasohora amashusho y’urukozasoni

https://youtu.be/cYxeFyuJbFk Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo...

Uguhinduka kwa Alvin Smith kwagarukanye igikundiro cinshi

Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa...

Facebook Comments