;
Scroll to Top

Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 11 Jun 2019 08:25 AM / No Comments / 1026 views

Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko ahejeje gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rwa kivandimwe rugiye kubahuza na Algerie ruza gutangura isaha 19h30 mu masaha ya hano iwacu.

Akaba ari aba bakurikira :

1) Nahimana Jonathan
2)Moussa Omar
3) Duhayindavyi Gael
4) Nsabiyumva Fréderic
5) David Nshimirimana
6)Gael Bigirimana
7) Pierrot Kwizera
8) Cédric Amissi
9) Fiston Abdourazzaq
10) Saido Berahino
11) Hussein Shaban Tchabalala