Scroll to Top

# IndundiSports | #CAN2019: Urutonde rw ‘abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

By Radjabu Bosingwa / Published on Saturday, 22 Jun 2019 06:12 AM / /


Umumenyereza Mukuru w’Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona Urutonde rw ‘abakinyi 11 b’intamba mu rugamba baza gutangura mu kibuga mu rukino ruza kubahuza na Nigeria Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 22 Ruheshi umwaka wa 2019 igihe c’isaha 19h00 mu masaha ya hano iwacu.

Aba nibo abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga :

1) Nahimana Jonathan
2)Moussa Omar
3) Duhayindavyi Gael
4) Nshimirimana David
5) Nsabiyumva Fréderic
6) Shassir Nahimana
7) Mustapha Francis Njali
8) Gael Bigirimana
9) Fiston Abdoulrazzaq
10) Saido Berahino
11) Cédric Amissi

Add Comment