Home Entertainment Ishirahamwe Buja Music Award ryaraye ritanze ubushimwe kubabutsindiye

Ishirahamwe Buja Music Award ryaraye ritanze ubushimwe kubabutsindiye

Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 7 Mukakaro mukingo ndanga mico c’aba farasa aho hariharamutse haba ibirori vyateguwe n’ishirahamwe Buja Music Award Aho hari imice itandukanye kubijanye n’abasazwe bakora ivyerekeye umuziki muri rusangi.
Abashoboye gutsidira ubushimwe mubariko barahiganwa mu mice itandukanye  mw’iryo higanwa bakab baraba bakwirikira:

Best director : Landry SB
Best music producer: Kolly the music
Best Legend: Canjo Hamissi
Best comedian: kabizi Boris
Best group dance: Arakara team
Best Radio presenter: Ami_pro
Best RNB Afro song: Guitar by Lolilo
Best hip hop song: Dogo Fabelove
Best hip hop artist: B-face
Best Music group:Best Life Music
Best New artist : Arnovic
Best DJ : DJ Mario
Best video of year: Nzobikora by Master land
Best Male artist : Sat B
Best female artist: Miss Erica
Best Diaspora : Ado Josan
Best Gospel artist: Prince Mshindi
Best collaboration: Iwawe by Akes Don ft vichou
Best Traditional artist: Bernice The Belle
Best Performance : Dr CLAUDE
Best honor : Intamba mu Rugamba
Best personality : John K-ay
Best artist of the year: Sat-B
Best song of year : No Love by Sat B

Mwomenyako iryo tunganywa ryo gutanga ubushimwe kubakoze neza uno mwaka wa 2019 ribaye iryambere ritunganijwe na Buja Music Awards ubonako ryari riteguwe neza ugereranije n’ayandi mahiganwa menshi amaze imisi canke n’ayamaze kuba hano iwacu.

Facebook Comments

Most Popular

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

Bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw’ihindagurika ry’ibihe

Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji w'ibidukikije,...

T Max ng’iki ico yasezeranye abarundi bamwitezeko

Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora...

Olga yabwiye Yambi igihe azosubirira I Burundi

Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu...

Facebook Comments