Scroll to Top

Uku niko baraye batsindanye mw’ihiganwa ry’abigeme

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 15 Jul 2019 06:53 AM / /

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryaraye ribandanije kundwi yaryo ya 13 .

Uku niko baraye batsindanye :

– PVP Buyenzi yatsinze Onze Etoile ibitsindo 6 kuri 1

– Lionne Star yanganije na Rain Bow igitsindo 1 kuri 1

– Fofila pf yatsinze Lionne Star ibitsindo 6 kuri 1

– La Colombe Fc yatsinze Christ Roi ibitsindo 5 kuri 1

– Ubuntu Women Fc yatsinze inyange Fc ibitsindo 2 ku 0

Uku niko imigwi igenda irushanya amanota.

1) PVP Buyenzi : ifise amanota 37

2) Fofila Pf: ifise amanota 37

3) La Colombe Fc : ifise amanota 33

4) Rain Bow : ifise amanota 20

5) Ubuntu Women Fc : ifise amanota 16

6) Inyange Fc: ifise amanota 16

7) Lionne Star: ifise amanota 11

8) Lionnes Fc: ifise amanota 11

9) Onze Etoile : ifise amanota 8

10) Christ Roi: ifise amanota 0

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment