Scroll to Top

CAF champions league | Messager Ngozi yaraye isezerewe na Ismaily Sc yo mu Misiri.

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 06 Dec 2018 06:43 AM / /

 

Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye Umugwi Messager Ngozi w’Iburundi mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league .  Urukino rukaba rwaraye rurangiye Messager Ngozi isezerewe na Ismaily Sc itsinzwe Ibitsindo 2-1.

 

Mu kibukako Urukino rwo gutangura rwabereye mu ntara ya Ngozi Messager yari yatsindiwe ku kibuga iwabo 1-0.Misiri.

 

Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye Umugwi Messager Ngozi w’Iburundi mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league .  Urukino rukaba rwaraye rurangiye Messager Ngozi isezerewe na Ismaily Sc itsinzwe Ibitsindo 2-1.

 

Mu kibukako urukino rwo gutangura rwabereye mu ntara ya Ngozi Messager yari yatsindiwe ku kibuga iwabo 1-0.

2,038 total views, 0 views today

Add Comment