Scroll to Top

#Gospel_news| Christian Ndungu yaraye akoye umwigeme Melissa

By admin / Published on Saturday, 20 Dec 2014 16:57 PM / /

ndugu

Uno musi igenekerezo rya 20 kigarama niho umuririmvyi Christian benshi bamenye kubera umurwi Umuco wakina amarersi ndundi yakinyemwo kuva akiri muto yagira Dote. Urubanza rukaba rwabereye i Bujumbura muri Rohera kw’ibarabara ryitiriwe Muyinga.

Nkuko amafoto aguma agendagenda kuri Facebook avyerekana uwo muririmvyi w’indirimbo zihayagiza Imana yari yambaye impuzu z’ikirundi be n’umukunzi wiwe. uwo mukunzi wiwe nawe akaba yitwa Melissa.

Ku bakunzi b’ikiganiro Ingoma Beat co ku nsamirizi Renaissance(101.4 mhz canke kuri www.indundiradio.com) kiba ku musi wa mungu, tuzobahamagarira Christian Ndugu atubwire uko yiyumva hamwe na ryari azogira ubugeni.

10002928_858399960847359_3229638857631435280_n

Ntimwibagire ko aheruka gushira ahabona indirimbo yise Ni Bene Burundi aho yamenyesha  ko abana bo mwi barabara ari abana nk’abandi kandi ari bene Burundi.

Bene Burundi By Christian


Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel