Scroll to Top

# Indundi Sports | Mohammed Amissi yaguzwe mu mugwi wa Heracles Almelo

By Editor / Published on Tuesday, 13 Aug 2019 21:45 PM / /

 

kumugoroba wo kuri uyu wa Kabiri igenekerezo rya 14 Myandagaro mu mwaka wa 2019 ,   niho umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba w’imyaka 19  Muhammed Amissi yahabwa amasezerano yo gukinira  umugwi ugira kabiri wa  Heracle Almelo ukina mu cicaro cambere  mu gihugu ca Hollande .

Ugukina iminota mike ndetse akanitwara neza mu mahiganwa ya CAN 2019 yabereye muri Egiputa biri bintu bishobora kuba vyatumye uwo mukinyi àshira   umukono Ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo c’imyaka ibiri.

 

Mukamenya ko Mohammed Amissi yahora akina mu mugwi NAC Breda  wo mu gihugu ca Hoallande .

Add Comment