Scroll to Top

Abakinyi 18 b’intamba baza gufata indege berekeza i Dar Es Salaam

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 05 Sep 2019 04:43 AM / /

Inyuma y’urukino banganije na Tanzania i Bujumbura kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 05 Nyakanga(09) umwaka wa 2019 , isaha indwi n’igice 13h30 abakinyi b’intamba mu rugamba baza gufata indege barekeza mu gisagara Dar es Salam mu ntumbero yo gukina urukino rwo gusubiriza bitezemwo uburenganzira bwo kwinjira mu matsinda yo kurondera itike ryo guhiganirwa igikombe c’isi kizoba muri Qatar ruzobahuza na Tanzania kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 08 Nyakanga umwaka wa 2019.

18 bakaba araba bakurikira :

1) Nahimana Jonathan
2) Justin Ndikumana

3) Moussa Omar
4) Nsabiyumva Fréderic
5) Nshimirimana David
6) Ngando Omar
7) Bacanamwo Joel
8) Ramadhan Diamand
9) Bigirimana Gael
10) Duhayindavyi Gael
11) Nahimana Shassir
12) Mustapha Francis Njali
13) Amissi Cédric
14)Mohammed Amissi
15) Bimenyimana Bon fils Caleb
16) Kanakimana Bienvenue
16) Saido Berahino
18) Abdul razaq Fiston

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment