Scroll to Top

CECAFA U20: Urutonde rw’abakinyi 11 b’intamba baza gutangura mu kibuga

By Radjabu Bosingwa / Published on Saturday, 21 Sep 2019 03:52 AM / /

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 Niyonkuru Gustave yamaze gushira ahabona urutonde rw’abakainyi 11 aza gutanguza mu rukino rwa mbere rwa CECAFA U 20 iriko ibera mu gihugu ca Uganda ruza kubahuza na Soudan y’epfo igihe c’isaha icumi 16h00 mu masaha ya hano iwacu .

Aba nibo bakinyi 11 baza gutangura mu kibuga :

1.NIJIMBERE Juma
2.NTUNZWENIMANA Amissi
3.NIYERA Japhet
4.NDIKUMANA Ally
5.MUSORE Prince Michel
6.MUDERI AKbar
7.HAKIZIMANA Hamimu
8.SAMIR Nasri
9.NIBIKORA Arthur
10.NIYONKURU Karim
11.DUSHIME Yassin

Abaza gusubirira abandi :

1.MUNEZERO Karim
2.NKURUNZIZA Fabrice
3.NUKEYENEZA Didier
4.KAZEDA Crispin
5.KANYAMUNEZA Christian
6.ISHIMWE Giggs
7.NSHIMIRIMANA Darcy
8.NDUWIMANA Louis Rome6
9.NSHIMIRIMANA François.

Staff:

1.NIYONKURU Gustave
2.BAKEVYA Antoine
3.NDAYAMBAJE J. Wilson.

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment