Home homepage Eliminatoires CHAN2019 : Urutonde rw'abakinyi b'intamba bagiye kwitegurira Ubuganda

Eliminatoires CHAN2019 : Urutonde rw’abakinyi b’intamba bagiye kwitegurira Ubuganda

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba w’abakinyi bakina hano iwacu Joslin Bipfubusa yashize ahabona urutonde rw’abakinyi b’intamba mu rugamba bagiye kwitegurira urukino rwo gusubiriza ruzobahuza n’Ubuganda mu nkino zo gukurakuranamwo zo kurondera itike yo kwitabira inkino za nyuma za CHAN2020 zizobera muri Cameroun.

Aba nibo bakinyi 23 bagiye kwitegurira urukino rw’Ubuganda :

1. RUKUNDO Onesime (MESSAGER NGOZI)
2. RUGERINYANGE Joseph (VITAL’O)
3. HAILE Shalom (LLB)
4. NDIZEYE Eric (MUSONGATI)
5. HARERIMANA Emmanuel (BUJA CITY)
6. AMIN Abdoul (MESSAGER NGOZI)
7. NDIKUMANA Faustin (RUKINZO)
8. NGABONZIZA Blanchard (AIGLE NOIR C.S)
9. NDIKUMANA Asman (AIGLE NOIR C.S)
10. HARERIMANA Lewis (INTER STAR)
11. URASENGA Cedric Danny (MESSAGER NGOZI)
12. BIGIRIMANA Abedi (RUKINZO)
13. RUKUNDO Therence ( KAYANZA UTD)
14. GASONGO Benjamin ( AIGLE NOIR C.S)
15. MASSUD Narcisse (AIGLE NOIR C.S)
16. MUSEREMU Iddy (MESSAGER NGOZI)
17. GAKIZA Aimé (FLAMBEAU DU CENTRE)
18. BYAMUNGU Raoul (BUMAMURU)
19. NDIKUMANA Landry (KAYANZA UTD)
20. MAVUGO Cedric (AIGLE NOIR C.S)
21. BAYIZERE Olivier (MESSAGER NGOZI)
22. KARIKERA Ibrahim (MESSAGER NGOZI)
23. TUYIHIMBAZE Gilbert (BUJA CITY)
24. NDAYISMIYE Youssouf Nyange (AIGLE NOIR C.S)
25.MUHINDO Fundi Trésor (LLB).

Mukamenya y’uko urukino rwo gutangura rwabereye i Bujumbura Uganda cranes yanyagiye intamba mu rugamba ibitsindo 3-0 , urwo gusubiriza rukaba rwitezwe kuzobera  mu Buganda ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 19 Gitugutu umwaka wa 2019.

Facebook Comments

Most Popular

Itegeko rigenga itunganywa gushasha ry’intwaro mu gihugu ryatowe

Ukujaho kw'umunyamabanga ntayegayezwa arenga umwe mu bushikiranganji hamwe n'uko igisagara ca Bujumbura cotunganywa co kimwe n'izindi ntara, ni bimwe mu biri  mu nteguro y'ibwirizwa...

Menya ivyo Bain Turo asaba Big Fizzo na Sat-B

Umuririmvyi Bain Turo arasaba ko abaririmvyi batobato bahurikiye muma Label atandukanye batorererwa murwanko nkuko bakuze arirwo rukunze kuvugwa. Abicishije mukiganiro yakoranye na Indundi Tv ni...

Education : Birabujijwe kwiga incuro 3 mw’ishure rimwe

Kirazira kikaziririzwa ko umunyeshure yiga mu mashure y’intango ko ashobora kwiga incuro zitatu mw’ishure rimwe (triplement), kiretse hari insiguro ziboneka ziheza zigahurizwako n’abajejwe iryo...

BCM : Jumaine niwe yatsindiye agashimwe k‘ukwezi kw’i 9

Nk’uko bizwi buri kwezi abakunzi b'inkino bahurikiye mu mugwi BCM Burundi bahora batanga agashimwe buri ukwezi k'umumenyereza yama yitwaye neza mu nkino 4 ziheruka...

Facebook Comments