Scroll to Top

#indundi diaspora | Kidum arashimira abitavye akamo kiwe

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 06 Dec 2015 14:09 PM / /
FB_IMG_1449435590172
MasterLand

Nimbona jean Pierre batazira Kidum arashimira abamushigikiye bakongera bakitaba igiteramo cari catunganijwe muri Kenya n’uwo muririmvyi nyene aho yamenyesheje ko hari mu ntumbero yo kwerekana ko Abarundi bakiri hamwe kandi yasanze ubumwe bakibugendera nkuko yabishikirije Ku rubuga rwiwe rwa Facebook.

Mu batumire biteka kuri uwo musi, ku mutwe w’urwo rutonde hakaba hari umuhanuzi wa mbere mu buserukizi bw’uburundi muri Kenya aho yari yahishikiye we nyene ubwiwe.

Kidum akaba amenyesha ko ari umwigisha w’ubumwe n’amahoro aca arangiza asabira Amahoro Uburundi.

Mu kinofunofu akaba yagize ati:

just wanna thank you guys for showing up on yesterday Burundi night event . The Burundi embassy premier conseiller was our guest of honour and frankly speaking yesterday to me was a good sign that all of us Burundians we are still United . that was my mission . I am a preacher of unity and peace . They all came in numbers to support that initiative . We have to continue like that guys that is the only way to go . May God bless Burundi

92 total views, 0 views today

Add Comment