Scroll to Top

#Burundi | Yahowe ko yavugije indirimbo za Lion Story

By Indundi Staff / Published on Sunday, 06 Dec 2015 14:23 PM / /

14IMG_1611

 

Umwe mu bunguruza abantu bakoresheje imiduga y’ishirahamwe Volcano yafashwe arafungwa mu gasho k’iperereza ko mu ntara ya Gitega. amakuru dukesha SOS MEDIA Burundi uwo akaba ahamaze umwanya.

Victor Karinda akaba n’umukozi wa Volcano nkuko ayo makuru adushikira abandanya abishikiriza ngo yoba yahowe ko yavugije indirimbo z’aba Lion Story Mu modoka iwe ibitakiriwe neza na bamwe mu bunguruza abantu muri iyo ntara ya Gitega.

Ivyo bishitse mu gihe baheruka guturirwa bimwe mu biro vy’iryo shirahanwe ry’umunyarwanda bisanzwe biri mu gisagara ca Bujumbura neza neza mu Kamenge.

2,486 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi
Tagged as:

Add Comment