#Burundi | Yahowe ko yavugije indirimbo za Lion Story

  Umwe mu bunguruza abantu bakoresheje imiduga y’ishirahamwe Volcano yafashwe arafungwa mu gasho k’iperereza ko mu ntara ya Gitega. amakuru dukesha SOS MEDIA Burundi uwo akaba ahamaze umwanya. Victor Karinda akaba n’umukozi wa Volcano nkuko ayo makuru adushikira abandanya abishikiriza ngo yoba yahowe ko yavugije indirimbo z’aba Lion Story Mu modoka iwe ibitakiriwe neza na … Continue reading #Burundi | Yahowe ko yavugije indirimbo za Lion Story