Scroll to Top

#Indundi gospel | Redemption Voice vuba cane i Kigali mu Rwanda

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 22 Dec 2015 05:04 AM /
Redemption Voice

Igihugu c’urwanda neza neza I gisagara ca Kigali ngo Nico kizokwakira igiteramo c’umurwi Redemption Voice mu kwezi kwa mbere.

Amakuru dukesha bamwe mu bagize uwo murwi, akavuga ko imyiteguro ikiri yose aho bakavuga ko bataranaronka abafata mu mugongo,bagahamagarira abo borongorwa kubashigikira kubakura.

Bakazokorera ico giteramo mu nyubakwa z’urushengero CLM, nayo amagenekerezo akazoba ari 17 nzero 2016, ariko abatumire hamwe n’igiciro c’ukwinjira bakaba bitaramenyekana.

Uwo murwi ikaba kugira ukore ico giteramo inyuma yaho bashiriye ahabona zimwe mu ndiriy zizoba zigize urukurikirane rwabo rushasha Bise NIWEWE GUSA.

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel