Scroll to Top

#Indundi Sports I Intamba mu rugamba mu kibanza c’ijana na cumi ku rutonde rwa FIFA…

By arsene Bucuti / Published on Thursday, 07 Jan 2016 13:41 PM / /

INTAMMM

Ku rutonde rusohoka buri ntango z’ukwezi rusohowe n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA, uburundi bwaronse ikibanza c’ijana na cumi 110, intamba zikaba zungutse ibibanza bibiri gusa kuko ku rutonde rwaheruka Uburundi bwari ku kibanza c’112.

Ku yindi migwi duhanye imbibe, nk’urwanda rurimu kibanza ca 91 rwungutse ibibanza 10, Ubuganda buri mu kibanza ca 62 bahora mu kibanza ca 63.Tanzania mu kibanza ca 126 mugihe Kenya nayo mu kibanza ca 101.

Muhirwe Alain

237 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment