Scroll to Top

#Burundi | Jacques BIGIRIMANA ariyamiriza Richard SEZIBERA.

By Indundi Staff / Published on Friday, 08 Jan 2016 11:33 AM / /
jake 222
Jacques BIGIRIMANA

 

Umushingantahe Jacques BIGIRIMANA asanzwe arongoye umugambwe FNL wemewe na Leta  asaba yuko Leta hamwe n’iyindi mugambwe ko bitogenda vyemeye gusubira kwitaba ibiganiro mu gihe ngo vyoba birimwo, umushingantahe Richard sezibera , asanzwe ari umunyamanga mukuru wa EAC na narirya ngo bisanzwe bizwi ko hari uruhande ahengamiyemwo.

Ni mumwumvire mw’ido n’ido hano hasi.

362 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi politics

Add Comment