Scroll to Top

#indundi gospel | Senga akaririmbo gashasha ka Davy Carmel

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 10 Jan 2016 03:43 AM /
12471653_10153847384157884_275631357110201097_o
Umurwi bakoranye amasanamu y’iyo ndirimbo

 

Senga Niko karirimbo gashasha gaheruka gushirwa Ku mugaragaro n’umuririmvyi akaba n’umumenyeshamakuru w’umurundi ariwe Davy Carmel benshi bamumenye kubera ikiganiro yakoreye kuri Bonesha FM.

Ako karirimbo uwo muririmvyi avuga ibimubako aho akora bikanka akabona inzira zose zafunganye, aho ibikorwa vyiwe vyose biba bitakigenda.
Uwo muririmvyi akaba yagarutse mu citabirizo avuga ko naho biba biruko agaruka akumva Ijwi rimubwira ngo asenge aduze ijwi kuko uwo mbwira amwumva.

Uwo mumenyeshamakuru akaba kandi n’umuririmvyi ayishize ahabona inyuma y’ugushira ahabona iyo yaheruka kuririmbana na bamwe mu bagize umurwi heavenly Melodies.

 

Tagged as:

Add Comment

Comments (1)

Guest
2016-01-10 00:00:00

best

Write a comment ...
Post comment
Cancel