Scroll to Top

#indundi interview | Apostle Kaburungu atuyagira ivy’igitabo aheruka gusohora

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 12 Jan 2016 11:09 AM / / 983 views

Ingoma beat Apostle Kaburungu VyamunguApostle Kaburungu mu kiganiro yahaye Indundi Radio biciye mu kiganiro Ingoma Beat yaragarutse Ku gitabo aheruka gushira ahabona citwa Imigenzo y’Imana aho atubwira ubutumwa burimwo n’ibindi bitandukanye.

Kurikirana uko yabituyagiye

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel