Scroll to Top

#Burundi|Docteur Jean MINANI ati ni ubushirasoni burenze bwa Petero NKURUNZIZA

By Editor / Published on Wednesday, 27 Jan 2016 17:22 PM / /

downloadDocteri Yohani MINANI yagize ico ashikirije ku bijanye n’urugendo ruheruka kugirwa n’Ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi0 Kuri we agira atu kugira Ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivy’umutekano rize mugihugu kabiri mu mwaka biba ari ibintu bidasanzwe kuko ngo atabwo riza mu gihugu  kirimwo amahoro.

kubona rero ngo abategetsi b’i Burundi  baritegereye n’imisorerersore y’imbonerakure kugira yiyamirize iryo shirahamwe ni ibiterasoni.

Nayo ngo  kubona Nkurunziza yabahamagaye ko bamusange i Gitega n’ukutamenya umushitsi yakugendeye agaciro afise , eka kandi ngo  kubona barakubaguye uwari aje arongoye abo bashitsi ngo  ni ubushirasoni burenze bwa Nkurunziza n’akarwi kiwe.

Ni mutege yompi amajwi yiwe.

Categories : homepage kirundi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel