Scroll to Top

#Burundi| Dr Jean Minani ati abagabo babri nibo bari bakwiye guhangana si abana batumwa gutuka uwundi mugabo

By Editor / Published on Monday, 15 Feb 2016 03:42 AM / /

imagesMu kiganiro Dr Jean Minani yatanze ku musi wejo igenekerezo rya 14 Ruhuhuma (02) yaragize ico avuga ku myiyerekano yari yateguwe n’umukuru w’gihugu Petero Nkurunziza nkuko iyo ndongozi yabimenyesheje. Ku bona yatumye abo yise imbonerakure ngo zifatire mu gahanga Paul Kagame mugenziwe wo mugihugu kibanyi URWANDA, ngo ni nkumuggabo yotuma abana gutuka mugenziwe kandi abagabo aribo ba4egerezwa guhangana.

Ivyo n’ibindi kurikira aha musi mumajwi

Categories : homepage kirundi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel