Scroll to Top

#indundi radio Interview | Ashley Diva nta mahera yatanze ngo indirimbo yerekanwe

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 17 Feb 2016 02:43 AM / No Comments / 785 views

12495187_621446037994092_6135891371469331227_n

Ashley diva mu kiganiro Ingoma beat co kuri uyu wa mbere yamenyesheje ko ibikorwa arimwo muri Kenya agiye kubishiramwo ahabona kandi akizera ko bizoryohera abakunzi b’indirimbo ziwe. Hampande y’ivyo yaravuze Ku bivurwa Ku mahera yoba yaratanze ngo indirimbo yiwe ice kuri EATV.

Ivyo n’ibindi vyinshi bikurikirane musi

10,416 total views, 4 views today

Comments

comments

Tagged as: