Scroll to Top

#indundi Sports| Kundwi ya 25 inkino zagenze kuno muri Primus Ligue….

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 06 Mar 2016 11:45 AM / /

arbitre
Kuva ku munsi w’ejo wa gatandatu inkino zarabandanije ndetse no kuri uno w’imana zikaba zabandanije ku bibuga bitandukanye, aho umugwi wa Flambeau de l’Est wasubiye gutangaza benshi mu nkino bariko barakina. Bikaba biboneka ko kuva ku mugwi w’icenda gushika ku wa 13 yose ikcirukanga irondera ingene itokoroka icicaro kuko yose isa n’iyinganya igatandukanywa n’ibitsindo.
Inkino zikaba zagenze kuno rero :
Les Jeunes Athletiques 0-0 Aigle Noir
Muzinga 0-0 Buja City
Messager Ngozi 0 – 0 Les Crocos
Nyanza United 3-0 Olympique Stars
Flambeau de l’Est 5-1 Les Elephants
Vital’o FC 3-0 Messager Buja
Olympique Muremera 1-1 Athletico Olympique
Ku migwi yose rero,urutonde rukaba rwifashe uku gukurikira :

1. Vital’o FC : amanota 64 n’ibitsindo 52
2. Messager Ngozi : amanota 51 n’ibitsindo21
3. Muzinga :amanota 41 n’ibitsindo 14
4. Athletico Olympique : amanota 38 n’ibitsindo 12
5. LLS4A :amanota 37 n’ibitsindo 13
6. Aigle Noir: amanota 36 n’ibitsindo 6
7. Buja City :amanota 35 n’ibitsindo 8
8. Olympique Star :amanota 31 n’ibitsindo 3
9. Flambeau de l’EST :amanota 28 n’ibitsindo
10. Nyanza United :amanota 28 n’umwenda w’ibitsindo 3
11. Messager :Buja amanota 28 n’umwenda w’ibitsindo 13
12. Olympique :Muremera amanota 28 n’umwenda w’ibitsindo16
13. Les Crocos : amanota 23 n’umwenda w’ibitsindo 14
14. Inter Stars :amanota23 n’umwenda w’ibitsindo 14
15. Les Elephants :amanota 17 n’umwenda w’ibitsindo 21
16. Les Jeunes Athletiques :amanota 15 n’umwenda w’ibitsindo 32

140 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment