yanick

230 POSTS0 COMMENTS

Kirikou ngo ntazi nimba hari n’ubwenge yoba afise

Mu gihe indirimbo yiwe Binua ibarizwa mu bashika 55,000 mu misi mikeya gusa, Kirikou yabajijwe n'abafana biwe kuri Instagram, ikibanza abona ko afise uno...

B Face ngo akosora abaririmvyi bakomeye muri RNB muri Studio

B face ngo s'irya mbere yandika indirimbo iri mu mudiho wa RNB, ivyo akabivuga yishimikije ko aho hambere ataramenyekana cane kuri Hip Hop, ngo...

Kirikou ngo Kuba Big Fizzo yarahavye ntivyamubujije kugira urukundo

  View this post on Instagram   A post shared by #Ikidoma🗿 (@kirikou_akili) on Jun 6, 2020 at 8:46pm PDT Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 7 ruheshi,...

Lolilo ntarota yifatanya n’abashobora kwiba abanya Gatumba

Amajwi abatari bake baheruka kwumva, aho Lolilo yihanangiriza avuga ko adashobora kwemera ko bafasha abanya Gatumba, ahubwo ngo nibamufashe we, avuga ko abayasohoye bashatse...

Ibimenyetso vyerekana ivavanura rya MB Data na label ya MA

Mb data ntakibarizwa mu nzu y’ubuhinyanyuzi ya MA Production, ivyo bikaba binabonekera mu bikorwa ibi na biriya ariko arakora ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Kimwe...

Inkurikirane 2 azoshira ahabona zizomufasha kugira amahoro gatoya

Big fizzo ngo inkurikirane 2 buca ashira ahabona ngo ni mu ntumbero yo guha indirimbo zitari nke abakunzi biwe kugira bahagarike kuguma bamusaba indirimbo...

Umutambukanyi wa Kidum ngo yabonye Nish ugutandukanye n’uko bamuvuga

Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora...

Olga yabwiye Yambi igihe azosubirira I Burundi

Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu...

Habonetse akaririmbo k’umunyamulenge Gallas na Kidum

Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza...

Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy’ubuzima yabayemwo

Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga...

TOP AUTHORS

1787 POSTS0 COMMENTS
322 POSTS0 COMMENTS
73 POSTS0 COMMENTS
20 POSTS0 COMMENTS
252 POSTS0 COMMENTS
43 POSTS0 COMMENTS
46 POSTS0 COMMENTS
130 POSTS0 COMMENTS
2 POSTS0 COMMENTS
0 POSTS0 COMMENTS
51 POSTS0 COMMENTS
47 POSTS0 COMMENTS
1 POSTS0 COMMENTS
230 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruhamagarira urwaruka kutaja mu bintazi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka rwo muri Komine Buganda ruri mu buruhuko kwitunganya Mu ntumbero yo gufasha urwaruka ruri mu buruhuko...

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruhamagarira urwaruka kutaja mu bintazi

Urunani rw’urwaruka ruri kubikorwa SEST ruriko rurafasha urundi rwaruka rwo muri Komine Buganda ruri mu buruhuko kwitunganya Mu ntumbero yo gufasha urwaruka ruri mu buruhuko...

Kamoso yavuze kuvyo yabonye ku muryango wa Nyakwigendera Petero Nkurunziza

Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago n'ikinyamakuru Isibo...

# Indundi Sports | Abakinyi b’aba nyamahanga Aigle Noire yazanye

Mundwi yaraye iheze umugwi Aigle Noire the Fighters werekanye abakinyi batatu b'abanya mahanga bavuye muri Tanzania wazanye mu ntumberoyo kwiyuzuza no kwikomeza . Umumenyereza w'umugwi...