Home Diaspora

Diaspora

#Diaspora|Tax Sevice| Munyundo Pascal agira ati ntimujuragirike

Ku barundi ndetse n'abanyarwanda baba ku mugabane wa America ubufasha ku bijanye na Tax, ubwishingizi(assurance) ndetse n'amategeko babironkera ubuntu. Muntumbro zo gufasha abajuragirika, abananizwa n'ururimi...

Jackson Yusuph mu rugendo rwo gushira ahabona indirimbo 6 ziri muri Ep yise Success

  Kuva aho ashiriwe ahabona nk'umuririmvyi wa db Music Entertainment ariko arakora urukurikirane (Ep....) rw'Indirimbo zitandatu aho mur'izo ndirimbo kur'uyu wa Mungu 07...

#Diaspora| Kunyinyurana no gutanako amakosa birabandanya muri BDUSA

Inyuma yaho indongozi zatowe n'abanywanyi ziyamirije abavuga ko bazikomboye, ubu ho ngo ntirukiri urukurukuru. Gile Ndikuma yari yahagaritswe vy'infatakibanza mu kibanza c'icegera c'umukuru w'ishirahamwe Samuel...

Bella Hot Hot|Igituma ibiteramo bikomeye iburayi yari gukora vyahomvye

Bella Hot Hot ni Umurundikazi umwe rudende yashoboye kuboneka mubiteramo bikomakomeye aho yaboneka arikumwe canke aherekeje abaririmvyi bakomeye hano kumugabane wa Afurika...

Habonetse akaririmbo k’umunyamulenge Gallas na Kidum

Inyuma y’ukumenyesha ko hari indirimbo nshasha yamaze guheza gukorwa yakoranye n’umuririmvyi w’umunyaKenya, uwo muririmvyi yahavuye amenyesha ku musi w’ejo ko hari iyindi yo iza...

Urukurikirane NISAIDIE rwa ANDY MWAG ruvuga ivy’ubuzima yabayemwo

Urukurikirane Nisaidie rw’umuririmvyi Andy Mwag ngo rufise ikintu kini rusiguye ku buzima bwiwe, nkuko yabiyaze mu majambo yaherekeje ishusho rw’urwo rukurikirane yashize ku mbuga...

BDUSA : Gufashanya, kuvuga ukuri no kwubaha amategeko nizo nkingi

"Amase ya kera ntagihoma urutaro" ako niko gacamugani Samuel indongozi ya BDUSA asa n'uwifashisha mu kunyurwisha bamwe mu barundi bagifise agatima ko kwishimikiza ibinyoma...

#diaspora|Frank Kaze| Kugira akazina k’ubuhizi vyoba bifasha?

"Uwudaciye akenge ntasumira umwana" murantunga abantu bakunze kuvuga ko uwutabeshe adasumira umwana, sivyo nagato, kuko "Ikinyoma ntikimara umwaka" kandi nticubaka kirasambura, muragerageza muzobibaze abuzukuru...

BDUSA : Uwushaka kukurya ntabura imboga agukoza.

Uburyo bw'amafaranga akenshi nibwo bwama buba icitwazo gikomeye kugira amashirahamwe asambuke, no muri BDUSA iyo karata akaba ariyo nyendamuvano ya ndyogo kw'igeragezwa ry'ibogozwa ry'indongozi...

Don Brighter yipfuriza abarundi bose Indwi nziza y’amatora

Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza akaririmbo...

Patrice Ntafatiro ngo nta mwigisha yovuga ko yamuhaye ubumenyi afise mu Kirundi

Umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika neza neza muri amerika y’uburaruko, muri Canada, Patrice Ntafatiro yabwiye mugenziwacu iyo akura ubumenyi ahakurira ku bandi biciye...

Most Read

# Indundi Sports | Umumenyereza wa Aigle Noir yahawe akazi gakomeye mu mwaka uza

  Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza...

#made in Burundi| Kiyo Fashion Colletive barahagurukiye guteza imbere abanyamwuga

Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in...

Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru...

Blaise Yafashije gushikana Namungo muri Demi -Finale

Kuri uwu wa Kabiri w'igenekerezo rya 30 Ruheshi 2020, niho umugwi Namungo Fc ukinamwo abarundi nka Steeve Nzigamasabo hamwe na Blaise Bigirimana wakira  Alliance...