Home Diaspora

Diaspora

Diaspora| Ndayishimiye Shebby yasubiye kuzanira imfashanyo Academie Gitega

Umurundi asanzwe aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Shebby Warren abandanya gufata mu mugongo urwaruka rw'i Gitega abicishije...

Ivyaganiriwe mu mubonano wabaye hagati y’abarundi baba muri Djibouti

Kuri uyu musi wa gatanu igenekerezo rya 26 Ndamukiza umwaka w'2019, abarundi baba mugihugu ca Djibouti bari...

Baheruka gutanguza umugambi wo kumenyekanisha imiryango iri mu Burundi

Abarundi babiri umwe aba mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, uwundi muri Norvège bagiye hamwe batanguza umugambi bise “TIMA” ufise...

Abarundi baba mu makungu bemeye kuzofasha abasirwa b’umuhisi Member (Audio)

"Akabura ntikaboneke ni nyina w'umuntu". Abaririmvyi bari mu makungu "Diaspora burundaise" biyemeje kuzobandanya bafasha umuryango w'umuhisi Bruno...

Inyuma y’agacerere yahoramwo Nziza Desirer yasubiriye kw’ikora mu gahogo

Hari haciye igihe kitari gito umuririmvyi Nziza Desirer atagishasha azanye mu muziki ndundi, agacerere yaramazemwo imisi akaba ngo...

Inarunyonga yavuze kw’ihagarika ry’umuziki akaja muvy’amareresi

Inarunyonga afise umugambi wo guha umwanya ingabire yiwe yo gukina ireresi gusumba umuziki muri kino gihe.

Diaspora : A la quête de la modernisation de l’agriculture

La diaspora burundaise est à la quête de l'agriculture et de l'élevage moderne dans leur patrie.

Babbi yajije igihe azoshira ahabona akandi karirimbo

Inyuma y'uturirimbo nka Kikomando, By your Side na Mbwira duheruka gushirwa ahabona twakunzwe n'abatari bake, Babbi avuga...

Moss kiny aje mu mwaka mushasha n’indirimbo, co kimwe n’ishusho nshasha

Inyuma yagacerere yaramazemwo igihe  asohokeye mu bikorwa, Moss Kiny muri kuno kwa nzero(01) 2019 akaba yamaze guheza gufata...

#Diaspora| Patrice Ntāfátiro ahamagarira abarundi bo mu makungu kudasigara inyuma

Mu rugendo yari amazemwo imisi mu gihugu c'amavukiro, Patrice Ntāfátiro ajejwe imicokama mu barundi baba mu mahanga...

#Indundi Tv|Diaspora|KIJANYA , YOYA, Nziza Desire on stage

https://youtu.be/PfX4oQcnpPM?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu

#Diaspora |Abarundi ngo nibavuge ivyiza kuko ibibi n’ibidusubiza inyuma gusa

Ukuvuga ivyiza ni ngirakamaro, kuko ibibi n’ibidusubiza inyuma. Bikaba biheruka gushikirizwa na Annie Irankunda asanzwe arongoye ishirahamwe Reunion 257...

Most Read

Umurwi CENI ngo ugiye kwakira ivyegeranyo vy’utunenge twabaye mu matora

Umukuru w’umurwi wigenga ujejwe gutunganya amatora Pierre Claver Kazihise amenyesha y’uko abantu nka bose bari barungitswe kurorera amatora aheruka kuba kuwa 20 Rusama 2020...

Ngozi-Kayanza : Abarimyi b’ikawa baridogera abajejwe amatonorero

  Abarimyi b'ikawa bo mu ntara za Ngozi na Kayanza baridoga ko inyuma y'isaha icumi na zibiri z'umugoroba (18h00) badasubira kubakirira ikawa bagaca baja kuzisyera...

BDUSA : Samuel Ndayiragije yoba yarakombowe koko?

Mu kiganiro abaramutswa ishirahamwe BDUSA, bakoranye na Raphael Biko umumenyeshamakuru yigenga, baratanga umuco kw'ibomborabombora riri muba nyeshirahamwe muri kino gihe. Uwahawe ijambo ubwa mbere akaba...

Jumaine urugero rw’abakinyi biwe rwaragabanutse

Inyuma yo kunganiriza i Bujumbura Ku kibuga c'intwari n'umugwi wa Inter Star 0-0, mu rukino rw'igice ca kabiri gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w'igihugu, Niyonkuru...